Uraremerewe ku mutima?
Indirimbo ya 59 muri Cantiques Kirundi
1. Uraremerewe ku mutima?
Har' ivyaha wanyegejeho?
Uratiny' umusi Yes' azoza,
Kubajan' abiwe mw ijuru?
Amasakramentu:
Yesu ni we Mukiza wacu
Yodukur' ivyaha vyacu,
Urukundo rwa Yesu nyene
Rwaj' aha kuri twebge twese.
2. Mbe har' ishavu n' ubgob' ugira?
Uragaya bagenzi bawe?
ly'ubonye vyose bikugoye,
N' ub' ugend' utabaze Yesu.
3. Ubukene buri mu mutima,
Kandi nta kinezer’ ufise,
Ur' impfuvyi mugir' ukurinda,
Nta rukund’ ukibonekako.
4. lyumvire nez' ingen' umeze,
Bandany' uje kwinginga Yesu,
Musab' akugirir' ikigongwe,
Akureh' ivyaha wakoze.
5. Noneho rer' umuco waraje,
Ivyaha bija mu maraso,
Urukundo rwuzuy' umutima,
Harashits' amahoro menshi.