Uze kwa Yes' ubu, uze kwa Yes'ubu
Indirimbo ya 52 muri Cantiques Kirundi
1. Uze kwa Yes' ubu, uze kwa Yes'ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, uze kwa Yes'ubu.
2. Ac' agukiz' ubu, ac' agukiz' ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, ac'agukiz' ubu.
3. Wizere Yes' ubu, wizere Yes' ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, wizere Yes' ubu.
4. Arakugomb' ubu, arakugomb'ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, arakugomb'ubu.
5. Ac' akwakir' ubu, ac' akwakir' ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, ac'akwakir'ubu.
6. Umutabaz' ubu, umutabaz' ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, umutabaz' ubu.
7. Ac'akwishur'ubu, ac'akwishur'ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, ac'akwishur'ubu.
8. Urabe Yes' ubu, urabe Yes' ubu,
Ubu nyene ubu nyene, urabe Yes' ubu.
9. Aguharir' ubu, aguharir' ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, aguharir' ubu.
10. Nturuh' umwankira, Nturuh' umwankira
Nta na gato, nta na gato, Nturuh'Umwankira
11. Pfa kumwizer'ubu, Pfa kumwizer 'ubu,
Ubu nyene, ubu nyene, Pfa kumwizer'ubu.
12. Haleluya Ameni, Haleluya Ameni,
Haleluya, Haleluya, Haleluya Ameni.