Si na data si na marna, ni jewe gusa
Indirimbo ya 48 muri Cantiques Kirundi
Amasakramentu:
Ni je, ni je gusa
Bikwiye ko nsengenva,
Ni je, ni je gusa
Bikwiye ko nsengerwa.
1. Si na data si na marna, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa,
Si na data si na marna, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa.
2. Kandi si na mwene mama, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa,
Eka si na mwene mama, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa.
3. Kandi s'abo mu muryango, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa,
Eka s'abo mu muryango, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa.
4. Kandi s'abo tuzinanyi, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa,
Eka s'abo tuzinanyi, ni jewe gusa
Bikwiye ko nsengerwa.