Mukiza, Mwungere mwiza
Indirimbo ya 302 muri Cantiques Kirundi
1. Mukiza, Mwungere mwiza,
Uzigam' aba bana bawe,
Iri joro ube hafi,
Ubaramuts' amahoro.
2. Wiriw' urabaragira,
Urakoze wabazigamye.
Wabagaburiye neza.
Wumve non' ivyo dusenzc.
3. Ivyah' ubibaharire,
Uzigam' abakunzi babo,
Maze ni bapf ubajane,
Babane nawe mw ijuru.