Mbonye wa musaraba wa Yesu
Indirimbo ya 245 muri Cantiques Kirundi
1. Mbonye wa musaraba wa Yesu,
Nkibuk' uko yawumpfiriyeko,
Nca nank' ivyo nahora nirata,
Nkumva ndabitituye rwose.
2. Singapfe ni ras' ikindi, Yesu,
Atari rwa rupfu wampfiriye;
Ivyahora bimpimbara kera,
Ndabishikaniy' amaraso.
3. Rab' umubabaro n' urukundo
Biva bivanze mu nguma ziwe:
Mwaribgumv' ikivange ben' ico,
Cank' amahwa kw ab' igitsibo?"
4. Naho noba nganz iyi si yose,
Nkagomba kuyitangakw inyishu,
Na yo nta ho yommarir' umwenda,
Nokererwa hanini rwose.
5. Urukundo rutangaje rurtyo
Numva rukwiye kunyitangisha,
N'umutima n' ivyo ntunze vyose",
'Ngo bib' ivyiw' avyiganzire.