Nshima nshima nshima nshim' Imana
Indirimbo ya 24 muri Cantiques Kirundi
1. Nshima nshima nshima nshim' Imana
mu mutima,
Mu mutima, Mu mutima,
Nshima nshima nshima nshim'Imana
mu mutima.
Mu mutima wanje.
2. Nta rubanza nta ruhanza nciriweko
na mba,
Mu mutima. Mu mutima,
Nta rubanza nta rubanza nciriweko
na mba,
Mu mutima wanje.
3. Mfis' amahor‘ arut' uko yomenywa
mu mutima,
Mu mutima. Mu mutima,
Mfis' amahor' arut' uko yomenywa mu mutima.
Mu mutima wanje.