Abantu bose, mwumve nonaha
Indirimbo ya 194 muri Cantiques Kirundi
1. Abantu bose, mwumve nonaha:
Tugomba Yesu ku mutima me,
Tumukurikire, cane, cane,
Twumve nez' ivy' atubgira vyose:
Ivyaha vya Satani tubite:
Yesu Kristo Mwami,
Yesu Kristo Mwami.
2. Mwami, dusavy' ikinezero.
Kiva mw ijuru ah' uvyagiye,
Kandi tubonye Yesu agarutse
Kurobor' abiwe bamukunda
Tugomba kw azotujana natwe
Yesu Krist' Umwami,
Yesu Krist' Umwami.