Nkunda kwunguk' ivya Yesu
Indirimbo ya 191 muri Cantiques Kirundi
1. Nkunda kwunguk' ivya Yesu
Kwunguk' imbabazi ziwe,
Kwunguk' ubgenge bg' ukuri
N' urukundo rw' Umukiza.
Amasakramentu:
Nunguk' ivya Yesu,
Nunguk' ivya Yesu,
Nunguk' ubgenge bg' ukuri,
N' urukundo rw' Umukiza.
2. Nshishikarir' ivya Yesu,
Emmer' ivy' agomba binkwiye,
Mpwemu Yera, mpishurira,
Mbgir' uko Yesu yankunze.
3. Nunguk' ijambo rya Yesu,
Mbane n'Umwam' antoneshe;
Numvir' ivy' ambgira vyose,
Mpuze na we mmuyoboke.
4. Mmeny' ivy' ingoma ya Yesu,
Mmeny' ubgiza bgiwe bgose,
Mmenye n'ukw agira yime,
Ni we Mwami w' amahoro.