ly' urushe, iy' uremerewe
Indirimbo ya 179 muri Cantiques Kirundi
1. ly' urushe, iy' uremerewe.
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Iy' ukumbuye bimwe vya kera,
Bibgire Yesu nyene.
Amasakramentu:
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Bibgire Yesu nyene.
Ni we Mukunzi wawe
Nta wundi wobona hafi yawe
Bibgire Yesu nyene.
2. Ayo marira n'ayo marushwa,
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
Har' icaha wari wanyegeje?
Bibgire Yesu nyene.
3. Uratinya k'urupfu ruzoza?
Bibgire Yesu, bibgire Yesu,
lyumvir' ingene Yes' azoza,
Bibgire Yesu nyene.