Imana yaduhay' Umwana wayo
Indirimbo ya 165 muri Cantiques Kirundi
1. |:Imana yaduhay' Umwana wayo,:|x3
N'Umukiza wacu.
Amasakramentu:
|:Ego, ego, ego, n'imbabazi:|x3
N'Umukiza wacu.
2. Mariya yavyariye mu nzu y'inka
Umukiza wacu.
3. Yesu yasiz' icubahiro ciwe:
N'Umukiza wacu.
4. Yesu yaradupfiriye ku giti:
N'Umukiza wacu.
5. Yaviriy' amaraso yiwe hasi:
N'Umukiza wacu.
6. Yabambge ku giti mu kudukiza.
N'Umukiza wacu.
7. Yesu yadutey' akanyamuneza:
N'Umukiza wacu.
8. Yes' azogarukan' ubgiza bginshi:
N Umukiza wacu.